Itangwa ry'igitoro
Igitoro ntikiraboneka naho kibonetse kimara umwanya urume rumara
Imana yo mwijuru niyo twizigiye ko izotugarurira igihugu cacu mukuturonsa abarongozi(Abungere) bitayeho intama baragijwe kko niyo yakiduhaye twe twagisanzeho
Maze havyuka impari muri bo, z'uwo bagereranyako kw ar'umukuru uw' ari we. Arababgira, at' Abami b'amahanga bayatwaza amanyama, n'abafise ububasha bgo kuyaganza bitwa ba rutungaboro. Ariko mwebge s'uko: mugab' umukuru muri mwebge abe nk'umuto, n'uganza abe nk'ubakorera.
Luka 22:24-26
@fabricemugani201 ningoran kbx ahobigeze nukwiragiza umuka
Ubuho kabaye , ni kabiri na rimwe twese tukaharya irege
Ni hatari gusa twizere Imana
Latest Post: Itangwa ry'igitoro Our newest member: icodec777 Recent Posts Unread Posts Tags
Forum Icons: Forum contains no unread posts Forum contains unread posts
Topic Icons: Not Replied Replied Active Hot Sticky Unapproved Solved Private Closed